UMUTOBE W'IGITANGAZA CFR NUFOTEC BURUNDI
UMUTOBE W'IGITANGAZA CFR NUFOTEC BURUNDI
EXCELLENCE
Page 1 sur 27
Ikinyobwa c'igitangaza!! Kuba tugiye
kukiguhishurira ibikigize, tukongera
tukakwereka n'uko wocihingurira, ni
nko kumena ibanga, kuko utisamaje
kigiye guhindura imibereho yawe,
kikakwankanisha n'ibitaro, amavuriro
y,ikizungu na kamwa hamwe n'imiti.
Umuntu w'ubwenge buke nka jewe
Alexis ni we wenyene ashobora kubura
ubwenge bwo kwigumizamwo iri banga
ngomba kukumenera. Ariko kandi ku
rundi ruhande naho, umuntu
w'imburabwenge bihebuje nawe, ni
uwo wese agiye kwirengagiza
gusomana ubwitonzi iyi nyandiko,
kugira ngo ntamenye ivyiza vy'iki
kinyobwa c'igitangaza hamwe n'uko
agiye gutangura kucihingurira mu rugo i
we.
Page 2 sur 27
* Ubwonko bwacu, burakeneye ibinure
(Lipides) n'indemubiri (Protéines)
bituma bukora neza ariko kandi
tutiyononesheje ibinure bibi nka
Cholestérol LDL biboneka mu nyama,
mu mata y,ibikoko
n'ivyayahinguwemwo, mu
magi..Ingaburo ishoboye kuturonsa
ivyo, iba ishoboye no gutuma umugabo
ironka inkaburamubiri z'ikigabo (Les
endrogègenes), na cane cane nkuru yo
muri zo bita Testostérone ituma bifata
neza mu gutunganya imibonano
mpuzabitsina, bagasezera ivyo guteza
kntuntu n'abahinda abagore babo;
Page 3 sur 27
Ingaburo ishoboye gutanga ibinure
vyiza bitazivya imitsi (Les acides gras
essentiels nka Oméga-3)
n'indemamubiri z'agaciro gahambaye
(Les acides aminés essentiels), ituma
umugore atacidoga ku kibazo c'amazi
iyo kiba catewe n'ingaburo atako
yifashe, kandi igatera abana bato
igikuriro, abantu bayihereje bakagire
ubwenge budasinziriye, maze ivyo
kwama wiyabire kwama wumva
ukonyokewe ata mpamvu
bigasezererwa;
Page 5 sur 27
* Abagore, barakeneye ingaburo itunze
cane insanganyangaburo E, ituma
umubiri wabo utanga inkaburamubiri
(Hormones) Esitirogene (Oestrogènes)
na Projesiterone (Progestérone) ku
rugero rubereye
(Régulationhormonale), kuko biheza
bikabarinda amarushwa yo kwama
bakoroye inda (Avortemments
spontanés à répétition);
Page 7 sur 27
Iyo ukenye vitamine A, ntutakaza ivyo
kubona neza (Diminution de l'acuité
visuelle) gusa, ahubwo no guhuma
urahuma burundu (Cécité totale), kuko
umugane w'ijisho utuma tubona
(Rétines) uca ugenda wononekara
(Rétinopathie).
Page 10 sur 27
* Indemamubiri : 22% zitera igikuriro,
zitera kwiyonngera ibiro, zituma
dusinzira neza, zituma abagabo
n,abagore nbaryoheranira mu gitanda,
zikomeza abasirikare b'umubiri
bikaturinda indwara zikomeye,
ziturinda kwama dukonyokewe,
abagore bakagira amaberebere menshi
kandi y,agaciro...
Page 12 sur 27
urukoba kuremba, zigakinga umushatsi
kubenja no kuvunagurika...;
2. Ibiyoba bikaranze
Page 14 sur 27
* Indemamubiri zihambaye: zitera
igikuriro, zitera kwiyonngera ibiro,
zituma dusinzira neza, zituma abagabo
n,abagore nbaryoheranira mu gitanda,
zikomeza abasirikare b'umubiri
bikaturinda indwara zikomeye,
ziturinda kwama dukonyokewe,
abagore bakagira amaberebere menshi
kandi y,agaciro...
* Insanganyangaburo (Vitamines) B
nyinshi, ukuyemwo B12, zishwiragiza
umwijima uba mu bwenge, zitera
kwiyumvira neza no gupanga imigambi
itomoye, zirinda kwama urushe no
kumeneka umutwe, zirinda kubura
itirio, zitera urukoba kuremba,
Page 15 sur 27
zigakinga umushatsi kubenja no
kuvunagurika...;
3. Umutobe w'ikaroti
Page 16 sur 27
* Zitunze insanganyangaburo (Vitamine
A) idukingira indwara z,amaso
n,uruhumyi, itera abana igikuriro,
ituma urukoba ruremba, ikarinda
kuzana iminkanyari (Les rides)
hataragera, ikomeza abasoda
b'umubiri, bikaturinda kurwaragurirpka
no guhangarwa n,ibimungu (Cancers)...
Page 18 sur 27
* Ronga neza 1/2 kg y,ikaroti nini,
nshasha, ni kuvuga zitanikiwe ku zuba
kandi zitayumbiranye, uce uzinika
iminota 3 mu mazi avuye ku ziko
abiragira ngo uzisukure neza;
Page 19 sur 27
mashini ikanya umutobe w,ivyamwa
n,imboga, ubone kuronka ifu;
Page 20 sur 27
* Ca wihereza ikinyobwa cawe ugiheza
kugitegura, kandi wirinde kukibika
amasaha mu gihe udafise firigo, kuko
coca cononekara, kikanandura
amamikorobi.
Page 21 sur 27
* Abanyeshure bipfuza guteza imbere
no kuzigama neza inkomezi z,ubwonko
buzasinziriye
Page 22 sur 27
* Abakenyezi bipfuza kwonsa neza
abanq babo batarinze gukenera amata
y,inka n,amahingurano azimvye
MENYA NEZA
Bisigura ngo:
Hhahahahahahaha !!!
MENYA NEZA
Page 25 sur 27
NAMBA UBU BUTUMWA
BUGUHIMBAYE MUBKWIRAGIZE MU
BANDI BENSHI BASHOBOKA.
Page 27 sur 27